CR7 yasezeye mu ikipe y’Igihugu

Cristiano Ronaldo yatangaje ko yasezeye mu ikipe y’Igihugu ya Portugal nyuma y’imyaka 23 ayikinira. Inkuru yamenyekanye ku manywa yo kuri uyu wa kane biciye mu butumwa yacishije ku mbuga nkoranyambaga ze. Yavuze ko atazibagirwa ibihe byiza yagiranye nayo n’agaciro yahawe ko kwambara umwambaro w’ikipe y’Igihugu akiri muto. Uyu mugabo w’imyaka 41, yasezeye mu ikipe y’Igihugu […] Kanda hano usome ibikurikira →
Inkuru yose iri kuri UMUSEKE.


